ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Myandagaro rup. 6
  • 19-25 Myandagaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 19-25 Myandagaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Myandagaro rup. 6

19-25 Myandagaro

ABAHEBURAYO 1-3

  • Ururirimbo rwa 35 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Kunda ubugororotsi, wanke ubugarariji”: (Imin. 10)

    • [Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu c’Abaheburayo.]

    • Heb 1:8​—Yezu aganza akoresheje “agakoni k’ukugororoka” (w14 15/2 5 ing. 8)

    • Heb 1:9​—Yezu arakunda ubugororotsi, akanka ubugarariji (w14 15/2 4-5 ing. 7)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Heb 1:3​—Yezu yoba yamye agaragaza ishusho ya Se ku rugero rumwe? (it-1 1170 ing. 5)

    • Heb 1:10-12​—Kubera iki intumwa Paulo yerekeje ibivugwa muri Zaburi 102:25-27 kuri Yezu Kristu? (it-1 478 ing. 1)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Heb 1:1-14 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na usubiyeyo ubwa mbere. (th icigwa ca 4)

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo ubwa mbere. Muhe ubutumire bw’ikoraniro, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga. (th icigwa ca 11)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 121

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 80

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 101 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika