ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Myandagaro rup. 4
  • 12-18 Myandagaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 12-18 Myandagaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Myandagaro rup. 4

12-18 Myandagaro

TITO 1–FILEMONI

  • Ururirimbo rwa 99 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • “Ugene abagabo b’inararibonye”: (Imin. 10)

    • [Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Tito.]

    • Tt 1:5-9​—Abacungezi baragena abagabo bakwije ibisabwa bishingiye ku Vyanditswe kugira babe abakurambere (w14 15/11 28-29)

    • [Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Filemoni.]

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Tt 1:12​—Kubera iki twovuga ko uyu murongo udashigikira ivyo kwinuba abandi kubera ubwoko? (w89 15/5 31 ing. 5)

    • Fm 15, 16​—Kubera iki Paulo atasavye Filemoni ngo ahe umwidegemvyo Onezime? (w08 15/10 31 ing. 5)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Tt 3:1-15 (th icigwa ca 5)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace kajanye na mugihura. (th icigwa ca 3)

  • Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nutsinde ivyohagarika ikiyago. (th icigwa ca 12)

  • Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Musigire agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 11)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 84

  • “Rwaruka, ‘nimugirire umwete ibikorwa vyiza’”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Abakiri bato baratera iteka Yehova.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 79

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 127 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika