ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Myandagaro rup. 2
  • 5-11 Myandagaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 5-11 Myandagaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Myandagaro rup. 2

5-11 Myandagaro

2 TIMOTEYO 1-4

  • Ururirimbo rwa 150 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Imana ntiyaduhaye impwemu y’ubwoba”: (Imin. 10)

    • [Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca 2 Timoteyo.]

    • 2Tm 1:7​—Nuhangane n’ibigeragezo ufise “ukurorana kw’umuzirikanyi” (w09 15/5 15 ing. 9)

    • 2Tm 1:8​—Ntuterwe isoni n’inkuru nziza (w03 1/3 9-10 ing. 7)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • 2Tm 2:3, 4​—Twokora iki kugira twirinde kwinjira cane “mu vy’urucuruza vyo mu buzima”? (w17.07 10 ing. 13)

    • 2Tm 2:23​—Uburyo bumwe “[twokwamirira] kure ibibazo vy’ubupfu kandi vy’ukutamenya” ni ubuhe? (w14 15/7 14 ing. 10)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) 2Tm 1:1-18 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Niwijukire gusoma no kwigisha: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Uburorero bwigisha, muce muganira ku cigwa ca 8 c’agatabu Kwigisha.

  • Insiguro: (Imin. 5 canke idashika) w14 15/7 13 ing. 3-7​—Umutwe: Ni mu buryo ki abasavyi ba Yehova ‘bavavanura n’ibitagororotse’? (th icigwa ca 7)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 85

  • “Numarane umwanya n’abakunda Yehova”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Niwirinde abagenzi babi.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 78

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 126 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika