ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Ndamukiza rup. 7
  • 29 Ndamukiza–5 Rusama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 29 Ndamukiza–5 Rusama
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Ndamukiza rup. 7

29 Ndamukiza–5 Rusama

2 ABAKORINTO 1-3

  • Ururirimbo rwa 44 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Yehova ni ‘Imana y’uruhoza rwose’”: (Imin. 10)

    • [Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca 2 Abakorinto.]

    • 2Kr 1:3​—Yehova ni “Se w’imbabazi zuzuye ikibabarwe” (w17.07 13 ing. 4)

    • 2Kr 1:4​—Turahoza abandi biciye ku ruhoza Yehova aduhoresha (w17.07 15 ing. 14)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • 2Kr 1:22​—“Icemeza” be n’“ikidodo” umukirisu wese yarobanuwe ahabwa n’Imana ni iki? (w16.04 32)

    • 2Kr 2:14-16​—Intumwa Paulo ashobora kuba yabona iki mu bwenge igihe yavuga ibijanye n’“urugendo rw’intsinzi”? (w10 1/8 23)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) 2Kr 3:1-18 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 5) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.

  • Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na usubiyeyo ubwa kabiri. (th icigwa ca 6)

  • Inyigisho: (Imin. 5 canke idashika) bhs 52-53 ing. 3-4 (th icigwa ca 8)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 86

  • “Niwungukire ku nyigisho Imana itanga”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Barungukiye ku nyigisho Yehova atanga.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 64

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 130 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika