ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Ndamukiza rup. 2
  • 1-7 Ndamukiza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 1-7 Ndamukiza
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Ndamukiza rup. 2

1-7 Ndamukiza

1 ABAKORINTO 7-9

  • Ururirimbo rwa 136 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Kuba umwirebange ni ingabire”: (Imin. 10)

    • 1Kr 7:32​—Abakirisu batarubaka barashobora gukorera Yehova ata kibasamaza kuko batagira imyitwarariko nk’iy’abubatse (w11 15/1 18 ing. 3)

    • 1Kr 7:33, 34​—Abakirisu bubatse “[b]aganyishwa n’ivy’isi” (w08 15/7 27 ing. 1)

    • 1Kr 7:37, 38​—Abakirisu bahitamwo kutubaka izabo ku bw’Ubwami ‘baba bagize neza kuruta’ abahitamwo kwubaka (w96 1/11 8-9 ing. 14)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • 1Kr 7:11​—Ni ryari umukirisu yoshobora kwiyumvira gutandukana n’uwo bubakanye? (lvs 251)

    • 1Kr 7:36​—Ni kubera iki abakirisu bakwiye kwubaka izabo igihe gusa bamaze “kurengana ishurika ry’ubuto”? (w00 15/7 31 ing. 2)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) 1Kr 8:1-13 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Niwijukire gusoma no kwigisha: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Gucira inzira neza ivyanditswe, muce muganira ku cigwa ca 4 c’agatabu Kwigisha.

  • Insiguro: (Imin. 5 canke idashika) w12 15/11 20​—Umutwe: Abahitamwo kutubaka izabo boba bararonse ingabire y’ubwirebange mu buryo busiga ubwenge? (th icigwa ca 12)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 37

  • Nimba utarubaka urwawe, koresha neza ako karyo: (Imin. 15) Erekana iyo videwo. Nuce ubaza ibi bibazo: Ni ingorane iyihe ihanze abakirisu batubatse? (1Kr 7:39) Ni mu buryo ki umukobwa wa Yefuta ari akarorero keza? Yehova asezeranira iki abagendera mu kutagira amahinyu? (Zb 84:11) Abagize ishengero boremesha gute abirebange? Ni uduteka utuhe abakirisu b’abirebange bashobora guterwa?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 61

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 42 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika