ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Kigarama rup. 7
  • 31 Kigarama 2018–6 Nzero 2019

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 31 Kigarama 2018–6 Nzero 2019
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Kigarama rup. 7

31 Kigarama 2018–6 Nzero 2019

IVYAKOZWE 19-20

  • Ururirimbo rwa 103 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Mwirinde ubwanyu, murinde n’ubusho bwose”: (Imin. 10)

    • Ivk 20:28​—Abakurambere bararagira ishengero (w11 15/6 20 ing. 5)

    • Ivk 20:31​—Igihe cose bikenewe, abakurambere barafasha abo basangiye ukwemera “ijoro n’umurango” (w13 15/1 31 ing. 15)

    • Ivk 20:35​—Abakurambere bategerezwa kugaragaza umutima wo kwitanga (bt 172 ing. 20)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ivk 19:9​—Intumwa Paulo yatubereye gute akarorero mu bijanye no kugira umwete no mu guhuza n’uko ibintu vyifashe? (bt 161 ing. 11)

    • Ivk 19:19​—Abanyefeso badusigiye akarorero keza akahe? (bt 162-163 ing. 15)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ivk 19:1-20

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago. Nuce umusigira agakarata ka JW.ORG.

  • Usubiyeyo ubwa gatatu: (Imin. 3 canke idashika) Ihitiremwo icanditswe wokoresha mu kwishura ikibazo casigaye kuri usubiyeyo ubwa kabiri, uce ucira inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) jl icigwa ca 15

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 99

  • Nimumenyereze abavukanyi bariko bararondera gushikira amabanga: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo. Muce mwishura ibi bibazo: Abakurambere barangura uruhara ruhambaye uruhe mw’ishengero? (Ivk 20:28) Kubera iki abakurambere bakwiye kuguma bamenyereza abandi? Bokwigana gute Yezu mu kuntu yamenyereje intumwa ziwe? Abavukanyi bakwiye kubona gute ibijanye no kumenyerezwa? (Ivk 20:35; 1Tm 3:1) Abakurambere bakwiye kubamenyereza canecane mu muce uwuhe? Abakurambere bakwiye kugira uburimbane ubuhe ku bijanye n’abo bamenyereza?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 48

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 118 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika