ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Gitugutu rup. 7
  • Yezu yarashingiye intahe ukuri

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yezu yarashingiye intahe ukuri
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Abakirisu Basenga mu Mpwemu no mu Kuri
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2002
  • Baramenyerejwe gushinga intahe inogangije
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2005
  • “Gushika mu mihingo ya kure cane y’isi”
    “Nushinge intahe inogangije ku vyerekeye Ubwami bw’Imana”
  • Twigane ya Mana y’ukuri
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Gitugutu rup. 7

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YOHANI 18-19

Yezu yarashingiye intahe ukuri

18:36-38a

Yezu yarashingiye intahe ukuri kwerekeye imigambi y’Imana

  • MU MVUGO: Yaramamaza n’umwete ukuri kwerekeye Ubwami bw’Imana

  • MU NGIRO: Ukuntu yari abayeho vyarerekanye ko ubuhanuzi Imana yari yaravuze ari ubw’ukuri

Kubera ko turi abigishwa ba Yezu, na twebwe nyene turashingira intahe ukuri

  • MU MVUGO: N’igihe boba badutwenga, turamamaza n’umwete inkuru nziza y’Ubwami bw’Imana buganzwa na Kristu

  • MU NGIRO: Turerekana ko dushigikira Umwami Yezu mu kutagira aho duhengamiye no mu kwigenza mu buryo Imana ishima

NIWIBAZE UTI: ‘Abandi boba babona ko gushingira intahe ukuri ari vyo bihambaye mu buzima bwanje?’

Abadada bariko barereka ividewo umukenyezi umwe; umuvukanyi ariko arabwira inkuru nziza umugabo ari muri garaje; umuryango uriko uragira inyigisho y’umuryango; umudada ariko arabwira inkuru nziza uwo bakorana
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika