ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Gitugutu rup. 2
  • 1-7 Gitugutu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 1-7 Gitugutu
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Gitugutu rup. 2

1-7 Gitugutu

YOHANI 9-10

  • Ururirimbo rwa 25 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Yezu aritwararika intama ziwe”: (Imin. 10)

    • Yoh 10:1-3, 11, 14​—Yezu wa “mwungere w’agahebuza,” arazi intama ziwe kandi aritwararika cane ivyo imwimwe yose ikenera (nwtsty ishusho; w11 15/5 7-8 ing. 5)

    • Yoh 10:4, 5​—Intama zirazi ijwi rya Yezu, ntizizi ijwi ry’ab’ahandi (cf 124-125 ing. 17)

    • Yoh 10:16​—Intama za Yezu zirunze ubumwe (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya (Imin. 8)

    • Yoh 9:38​—Igihe wa musezi yahoze ari impumyi yikubita imbere ya Yezu, yari yerekanye iki? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Yoh 10:22​—Uwo musi mukuru w’iyegura wari uwuhe? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yoh 9:1-17

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Akavidewo ka mugihura: (Imin. 4) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) fg icigwa ca 14 ing. 1-2

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 62

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 37

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 3 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika