ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Nyakanga rup. 3
  • 10-16 Nyakanga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 10-16 Nyakanga
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Nyakanga rup. 3

10-16 Nyakanga

YOHANI 3-4

  • Ururirimbo rwa 57 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Yezu abwira inkuru nziza Umusamariyakazi”: (Imin. 10)

    • Yoh 4:6, 7​—Naho Yezu yari arushe, yaribwirije kuyagisha Umusamariyakazi (nwtsty amakuru adufasha kwiga Yoh 4:6)

    • Yoh 4:21-24​—Ikiyago gisanzwe Yezu yatanguje carashinze intahe ikomeye

    • Yoh 4:39-41​—Akigoro Yezu yagize karatumye Abasamariya benshi bamwizera

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yoh 3:29​—Dukwiye gutahura gute uwu murongo? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Yoh 4:10​—Wa Musamariyakazi ashobora kuba yatahuye iki igihe Yezu yamubwira ngo “amazi mazima”? Ariko Yezu yashaka kuvuga iki? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yoh 4:1-15

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago.

  • Akavidewo ka usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

  • Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) wp16.2 9 ing. 2-5​—Umutwe: Sigura Yohani 4:23.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 77

  • “Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro​—Kuyagisha abantu mu ntumbero yo gushinga intahe”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nusozere uremesha bose kugerageza kuyagisha n’imiburiburi umuntu umwe muri iyo ndwi. Mw’ikoraniro ryo ku ndwi iza abamamaji bazovuga ivyo biboneye.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 35 ing. 20-27, n’uruzitiro “Kwigisha mu gusubiramwo”

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 35 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika