ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Nyakanga rup. 2
  • 3-9 Nyakanga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 3-9 Nyakanga
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Nyakanga rup. 2

3-9 Nyakanga

YOHANI 1-2

  • Ururirimbo rwa 13 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Yezu akora igitangaro ca mbere”: (Imin. 10)

    • [Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Yohani.]

    • Yoh 2:1-3​—Hari ikintu cabaye ku bugeni bumwe cari guhava kimaramaza abageni (w15 15/6 4 ing. 3)

    • Yoh 2:4-11​—Igitangaro Yezu yakoze carakomeje ukwizera kw’abigishwa biwe (jy 41 ing. 6)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya (Imin. 8)

    • Yoh 1:1​—Kubera iki twovuga ko igihe Yohani yavuga “Jambo” atariko avuga Imana Mushoboravyose? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Yoh 1:29​—Kubera iki Yohani Umubatizi yise Yezu “Umwagazi w’intama w’Imana”? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yoh 1:1-18

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Akavidewo ka mugihura: (Imin. 4) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bhs 50, Iciyumviro ca 2

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 38

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 8)

  • Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 7) Erekana ividewo yo muri Nyakanga ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 35 ing. 12-19

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 121 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika