ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Myandagaro rup. 6
  • 27 Myandagaro–2 Nyakanga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 27 Myandagaro–2 Nyakanga
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Myandagaro rup. 6

27 Myandagaro–2 Nyakanga

LUKA 23-24

  • Ururirimbo rwa 130 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Niwitegurire kubabarira abandi”: (Imin. 10)

    • Lk 23:34​—Yezu yarababariye abasoda b’Abaroma bamumanitse ku giti (cl 297 ing. 16)

    • Lk 23:43​—Yezu yarababariye inkozi y’ikibi (g 2/08 11 ing. 5-6)

    • Lk 24:34​—Yezu yarababariye Petero (cl 297-298 ing. 17-18)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Lk 23:31​—Muri uyu murongo, Yezu ashobora kuba yariko yerekeza ku ki? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Lk 23:33​—Ni igiki abacukuzi bubuye cerekana ko mu kumanika umuntu ku giti hakoreshwa imisumari? (nwtsty ishusho)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Lk 23:1-16

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago. Mushikirize kimwe mu bikoresho nyamukuru bidufasha kwigisha Bibiliya gihuye n’ivyo akeneye.

  • Usubiyeyo ubwa gatatu: (Imin. 3 canke idashika) Ihitiremwo icanditswe wokoresha, hanyuma ushikirize igitabu canke agatabu dukoresha mu kuyobora inyigisho.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) fg icigwa ca 4 ing. 3-4

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 20

  • “Yezu yarapfiriye n’umuvukanyi wawe”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Nurushirize kumera neza!

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 35 ing. 1-11

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 82 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika