ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Mukakaro rup. 5
  • 23-29 Mukakaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 23-29 Mukakaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Mukakaro rup. 5

23-29 Mukakaro

LUKA 12-13

  • Ururirimbo rwa 4 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Muri n’agaciro kuruta utujuri twinshi”: (Imin. 10)

    • Lk 12:6​—Imana ntiyirengagiza n’utunyoni dutoduto cane (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Lk 12:7​—Kuba Yehova atuzi neza birerekana ko atwitwararika cane (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Lk 12:7​—Yehova araha agaciro umwe wese muri twebwe (cl 241 ing. 4-5)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Lk 13:24​—Iyi mpanuro ya Yezu isobanura iki? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Lk 13:33​—Kubera iki Yezu yavuze aya majambo? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Lk 12:22-40

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago. Nuce umutumira kw’ikoraniro.

  • Usubiyeyo ubwa gatatu: (Imin. 3 canke idashika) Ihitiremwo icanditswe wokoresha, hanyuma ushikirize igitabu canke agatabu dukoresha mu kuyobora inyigisho.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) lvs 214-215 ing. 4-5

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 116

  • Ntituri twenyene: (Imin. 15) Erekana iyo videwo. Nimuce muganira kuri ibi bibazo:

    • Abo bamamaji batatu bashikiwe n’ingorane izihe?

    • Yehova yerekanye gute ko atigeze abaheba?

    • Naho abo bamamaji bari mu ngorane, babandanije gute gukorera Yehova? Ivyo vyakomeje abandi gute?

    • Wokwerekana gute ko witwararika abageze mu zabukuru canke abamugaye muri kumwe mw’ishengero?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 30

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 5 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika