ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ndamukiza rup. 6
  • 30 Ndamukiza–6 Rusama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 30 Ndamukiza–6 Rusama
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ndamukiza rup. 6

30 Ndamukiza–6 Rusama

MARIKO 5-6

  • Ururirimbo rwa 151 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Yezu arafise ububasha bwo kuzura abacu bapfuye”: (Imin. 10)

    • Mr 5:38​—Kubura uwawe biratuntuza cane

    • Mr 5:39-41​—Yezu arafise ububasha ku ‘basinziriye’ mu rupfu (“ntiyapfuye, ahubwo arasinziriye” amakuru adufasha kwiga Mr 5:39, nwtsty)

    • Mr 5:42​—Izuka rizotuma abantu “bagwa mu gahundwe bikugura cane” (jy rup. 118 ing. 6)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Mr 5:19, 20​—Ni igiki coba caratumye Yezu asaba uwo muntu kuvuga ivyo yamukoreye kandi abandi yarabibabuza? (“ubabwire” amakuru adufasha kwiga Mr 5:19, nwtsty)

    • Mr 6:11​—Imvugo ngo “mukunkumure ivu riri munsi y’ibirenge vyanyu” isobanura iki? (“mukunkumure ivu riri munsi y’ibirenge vyanyu” amakuru adufasha kwiga Mr 6:11, nwtsty)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mr 6:1-13

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago. Mwereke urubuga jw.org.

  • Usubiyeyo ubwa gatatu: (Imin. 3 canke idashika) Ihitiremwo icanditswe wokoresha, uce ucira inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bhs 36 ing. 23-24​—Erekana ingene twoshikira umutima w’umutohoji.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 144

  • “Nukoreshe neza ibikoresho nyamukuru bidufasha kwigisha Bibiliya”: (Imin. 5) Guhana ijambo.

  • Twararonkeye uruhoza mw’ishirahamwe rya Yehova: (Imin. 10) Guhana ijambo. Erekana ako kavidewo. Nuce ubaza ibi bibazo: Ni ibigeragezo ibihe vyashikiye umuryango wa Pera? Ni ibiki vyabafashije kwihangana? Igihe turi mu bigeragezo, ni kubera iki dukwiye kugumana urutonde rwo mu vy’impwemu?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 19 ing. 1-9

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 72 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika