ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ndamukiza rup. 5
  • 23-29 Ndamukiza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 23-29 Ndamukiza
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ndamukiza rup. 5

23-29 Ndamukiza

MARIKO 3-4

  • Ururirimbo rwa 77 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Gukiza umuntu kw’Isabato”: (Imin. 10)

    • Mr 3:1, 2​—Abakuru b’idini ry’Abayuda barondera icitwazo co kwagiriza Yezu (jy rup. 78 ing. 1-2)

    • Mr 3:3, 4​—Yezu yari azi ko bari basigaye bafata itegeko rigenga isabato mu buryo bukabije, bunyuranye n’ivyanditswe (jy rup. 78 ing. 3)

    • Mr 3:5​—Yezu “[yara]tuntujwe cane n’ugukomantara kw’imitima yabo” (“ashavuye, atuntujwe cane” amakuru adufasha kwiga Mr 3:5, nwtsty)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Mr 3:29​—Kurogota ku mpwemu nyeranda bisobanura iki, kandi bifise ingaruka izihe? (“arogota ku mpwemu nyeranda,” “yagirwa n’igicumuro kidahera” amakuru adufasha kwiga Mr 3:29, nwtsty)

    • Mr 4:26-29​—Ikigereranyo Yezu yatanze c’umubivyi asinzira kitwigisha iki? (w14 15/12 12-13 ing. 6-8)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mr 3:1-19a

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago.

  • Usubiyeyo ubwa gatatu: (Imin. 3 canke idashika) Ihitiremwo icanditswe wokoresha, hanyuma ushikirize igitabu canke agatabu dukoresha mu kuyobora inyigisho.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bhs 36 ing. 21-22​—Erekana ingene twoshikira umutima w’umutohoji.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 103

  • “Uwuri n’amatwi yo kwumviriza niyumvirize”: (Imin. 15) Sigura Mariko 4:9 (“Uwuri n’amatwi yo kwumviriza niyumvirize” amakuru adufasha kwiga Mr 4:9, nwtsty). Nimurabe akavidewo kavuga ngo Niwumvire impanuro kugira ucike inkerebutsi. Hace hakurikira uguhana ijambo ku bivugwa mu ruzitiro “Umviriza impanuro kandi wemere indero” mu kigabane ca 4 c’igitabu “Mwigumize mu rukundo rw’Imana.”

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 18

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 123 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika