ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ndamukiza rup. 2
  • 2-8 Ndamukiza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 2-8 Ndamukiza
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ndamukiza rup. 2

2-8 Ndamukiza

MATAYO 26

  • Ururirimbo rwa 19 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Pasika n’Icibutso bihuriye ku ki, kandi bitandukaniye ku ki?”: (Imin. 10)

    • Mt 26:17-20​—Yezu yariye Pasika yiwe ya nyuma ari kumwe n’intumwa ziwe (“Imfungurwa za Pasika” ishusho ijanye na Mt 26:18, nwtsty)

    • Mt 26:26​—Umukate w’Icibutso ugereranya umubiri wa Yezu (“gisobanura” amakuru adufasha kwiga Mt 26:26, nwtsty)

    • Mt 26:27, 28​—Umuvinyu w’Icibutso ugereranya ‘amaraso y’isezerano ya Yezu’ (“amaraso . . . y’isezerano” amakuru adufasha kwiga Mt 26:28, nwtsty)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya (Imin. 8)

    • Mt 26:17​—Ni kubera iki umusi wo ku wa 13 Nisani wiswe “umusi wa mbere w’imikate itarimwo umwambiro”? (“Ku musi wa mbere w’imikate itarimwo umwambiro” amakuru adufasha kwiga Mt 26:17, nwtsty)

    • Mt 26:39​—Ni igiki coba catumye Yezu asenga asaba ngo: “Iki gikombe nikindengane”? (“iki gikombe nikindengane” amakuru adufasha kwiga Mt 26:39, nwtsty)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mt 26:1-19

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Akavidewo ka mugihura: (Imin. 4) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bhs 59 ing. 21-22 be n’akajambo ko ku mpera

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 20

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 8)

  • Nube umugenzi wa Yehova​—Incungu: (Imin. 7) Nimurabe ako kavidewo. Nuce usaba abana wateguye imbere y’igihe baze ku mukiruruko, ubabaze ibi bibazo: Kubera iki abantu barwara, bagasaza, kandi bagapfa? Yehova yaduhaye icizigiro ikihe? Ushaka kuzobonana na nde muri Paradizo?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 15

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 74 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika