ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ntwarante rup. 4
  • 19-25 Ntwarante

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 19-25 Ntwarante
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ntwarante rup. 4

19-25 Ntwarante

MATAYO 24

  • Ururirimbo rwa 126 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Guma uri maso mu vy’impwemu muri iyi misi ya nyuma”: (Imin. 10)

    • Mt 24:12​—Ukwongerekana kw’ubugarariji kwotumye urukundo rw’abantu rukanya (it-1 112 ing. 10)

    • Mt 24:39​—Abatari bake bokwitwararitse cane ibintu vyo mu buzima bwa misi yose bigatuma basamara (w99 1/12 15 ing. 5)

    • Mt 24:44​—Umukama yoje ku gihe ata n’umwe yari amwiteze (jy 259 ing. 4)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Mt 24:8​—Aya majambo ya Yezu ashobora kuba yerekana iki? (“ububabare nk’ubw’ibise” amakuru adufasha kwiga Mt 24:8, nwtsty)

    • Mt 24:20​—Kubera iki Yezu yavuze aya majambo? (“mu rushana,” “ku musi w’isabato” amakuru adufasha kwiga Mt 24:20, nwtsty)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mt 24:1-22

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Hera ku gace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago. Uwo muriko murayaga aravuga ikintu cohagarika ikiyago gikunda kuvugwa aho iwanyu.

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago. Uwo mwari mwayaze si ho ari, ariko uhasanze incuti yiwe.

  • Akavidewo ka usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 57

  • “Iherezo ry’ivy’iyi si riri hafi cane”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 13

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 97 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika