ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ntwarante rup. 3
  • 12-18 Ntwarante

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 12-18 Ntwarante
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ntwarante rup. 3

12-18 Ntwarante

MATAYO 22-23

  • Ururirimbo rwa 30 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Nugamburuke ya mabwirizwa abiri asumba ayandi”: (Imin. 10)

    • Mt 22:36-38​—Iyi mirongo yerekana ko kugamburuka rya bwirizwa risumba ayandi rikaba na ryo rya mbere hajamwo n’ibiki? (“umutima,” “ubuzima,” “umuzirikanyi” amakuru adufasha kwiga Mt 22:37, nwtsty)

    • Mt 22:39​—Ibwirizwa rya kabiri risumba ayandi mw’Itegeko ni irihe? (“Irigira kabiri,” “mugenzawe” amakuru adufasha kwiga Mt 22:39, nwtsty)

    • Mt 22:40​—Ivyanditswe vy’igiheburayo vyose bishingiye ku rukundo (“Itegeko . . . Abahanuzi,” “vyenenako” amakuru adufasha kwiga Mt 22:40, nwtsty)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Mt 22:21​—“Ivya Sezari” ni ibiki? “Ivy’Imana” na vyo ni ibiki? (“[Nimwishure] Sezari ivya Sezari,” “Ivy’Imana muvyishure Imana” amakuru adufasha kwiga Mt 22:21, nwtsty)

    • Mt 23:24​—Aya majambo ya Yezu asobanura iki? (“mumimina agatuku mugabo mukarotsa ingamiya” amakuru adufasha kwiga Mt 23:24, nwtsty)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mt 22:1-22

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago.

  • Akavidewo ka usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bhs 199 ing. 8-9​—Umwamamaji araremesha inyigisho yiwe gutumira incuti n’abagenzi ku Cibutso.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 96

  • “Ingene twotsimbataza ugukunda Imana na bagenzi bacu”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Kugira ngo werekane akamaro ko kwiha ishusho y’inkuru zivugwa muri Bibiliya, vuza ca gikino gishingiye ku busomyi bwa Bibiliya kivuga ngo Yehova ni we Mana yonyene y’ukuri​—Agace. Abumviriza nibakurikire muri Bibiliya zabo mu 1 Abami 18:17-46.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 12

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 52 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika