ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ruhuhuma rup. 6
  • 19-25 Ruhuhuma

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 19-25 Ruhuhuma
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ruhuhuma rup. 6

19-25 Ruhuhuma

MATAYO 16-17

  • Ururirimbo rwa 45 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Wiyumvira ivyiyumviro vya nde?”: (Imin. 10)

    • Mt 16:21, 22​—Petero yaratwawe n’inyiyumvo (w07 15/2 16 ing. 17)

    • Mt 16:23​—Petero ntiyariko yiyumvira ivyiyumviro vy’Imana (w15 15/5 13 ing. 16-17)

    • Mt 16:24​—Abakirisu bategerezwa kuyoborwa n’ivyiyumviro vy’Imana mu buzima bwabo (w06 1/4 23 ing. 9)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Mt 16:18​—Igitandara Yezu yubatseko ishengero rya gikirisu cagereranya nde? (“Uri Petero, kandi kuri ico gitandara,” “ishengero” amakuru adufasha kwiga Mt 16:18, nwtsty)

    • Mt 16:19​—“Imfunguruzo z’ubwami bwo mw’ijuru” Yezu yahaye Petero zagereranya iki? (“imfunguruzo z’ubwami bwo mw’ijuru” amakuru adufasha kwiga Mt 16:19, nwtsty)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mt 16:1-20

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Hera ku gace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu.

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago.

  • Akavidewo ka usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 78

  • “Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro​—Gukoresha neza ibibazo”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana akavidewo kavuga ngo Nukore igikorwa Yezu yakoze: Kwigisha.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 9

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 134 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika