ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Gitugutu rup. 5
  • 16-22 Gitugutu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 16-22 Gitugutu
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Gitugutu rup. 5

16-22 Gitugutu

HOSEYA 1-7

  • Ururirimbo rwa 108 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Woba uhimbarwa n’urukundo rudahemuka nka Yehova?”: (Imin. 10)

    • [Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Hoseya.]

    • Hs 6:4, 5​—Yehova yarababaye cane kubera ko Abisirayeli batagaragaza ubuntu bwuzuye urukundo, ari rwo rukundo rudahemuka (w10 15/8 25 ing. 18)

    • Hs 6:6​—Yehova aranezerwa igihe tugaragaje urukundo rudahemuka (w07 15/9 16 ing. 8; w07 15/6 27 ing. 7)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Hs 1:7​—Ni ryari Yehova yagiriye imbabazi inzu ya Yuda yongera arayikiza? (w07 15/9 14 ing. 7)

    • Hs 2:18​—Aya majambo yarangutse gute muri kahise? Azoranguka gute muri kazoza? (w05 15/11 20 ing. 16; g05 8/9 12 ing. 2)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Hs 7:1-16

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) 1Yh 5:3​—Niwigishe ukuri. Mutumire ku makoraniro.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Gus 30:11-14; Yes 48:17, 18​—Niwigishe ukuri. Mubwire ibijanye na jw.org. (Raba mwb16.08 8 ing. 2.)

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) lv 12-13 ing. 16-18​—Erekana ingene twoshikira umutima w’umutohoji.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 100

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15) Insiguro itangwa n’umukurambere. Hera ku ntangamarara y’iminota itanu ishingiye ku Munara wo ku wa 15 Munyonyo 2015, rup. 14, muce muraba akavidewo Gutanga intererano biciye ku buhinga bwa none. Muhejeje, bereke kuri jw.org ahavuga ngo “Gutanga intererano ku bw’igikorwa turangurira kw’isi yose,” murabe uburyo bukora mu gihugu canyu bwo guterera biciye ku buhinga bwa none.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 20 ing. 1-6, n’inzitiro “Igikorwa ca mbere kinini co gutabara twakoze mu bihe vya none,” “Kwitegurira icago” n’ “Igihe hateye icago!”

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 107 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika