ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Myandagaro rup. 7
  • 28 Myandagaro–3 Nyakanga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 28 Myandagaro–3 Nyakanga
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Myandagaro rup. 7

28 Myandagaro–3 Nyakanga

EZEKIYELI 39-41

  • Ururirimbo rwa 107 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Urusengero Ezekiyeli yeretswe rukwigisha iki?”: (Imin. 10)

    • Ezk 40:2​—Ugusenga kw’ukuri kuri hejuru cane y’izindi nsengo zose (w99 1/3 20 ing. 16)

    • Ezk 40:3, 5​—Yehova ntazobura gushitsa umugambi afise mu bijanye n’ugusenga gutyoroye (w07 1/8 10 ing. 2)

    • Ezk 40:10, 14, 16​—Kugira Yehova ashime ugusenga kwacu, dutegerezwa gukurikiza ingingo ngenderwako ziwe ziri hejuru kandi zigororotse (w07 1/8 11 ing. 5)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ezk 39:7​—Kubera iki twovuga ko igihe abantu begetse akarenganyo ku Mana baba bariko barahumanya izina ryayo? (w12 1/9 21 ing. 2)

    • Ezk 39:9​—Harumagedoni irangiye, ibirwanisho amahanga azosiga bizokoreshwa iki? (w89 15/8 14 ing. 20)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ezk 40:32-47

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) fg icigwa ca 1 ing. 1​—Hera ku kavidewo Woshima kumenya inkuru nziza? (nturinde kukerekana), uce ushikiriza agatabu.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) fg icigwa ca 1 ing. 2​—Cira inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) fg icigwa ca 1 ing. 3-4

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 145

  • “Nzosubira gukora ubutsimvyi bwo gufasha ryari?”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Niwerekane akavidewo kavuga ngo Yehova nta co atanshoboza.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 17 ing. 1-9

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 92 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika