ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Myandagaro rup. 4
  • 14-20 Myandagaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 14-20 Myandagaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Myandagaro rup. 4

14-20 Myandagaro

EZEKIYELI 32-34

  • Ururirimbo rwa 144 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Ibanga rihambaye ry’inderetsi”: (Imin. 10)

    • Ezk 33:7​—Yehova yagize Ezekiyeli inderetsi (it-1 1044 ing. 3)

    • Ezk 33:8, 9​—Inderetsi yaraburira abantu kugira yirinde kwagirwa n’amaraso (w88 1/1 28 ing. 13)

    • Ezk 33:11, 14-16​—Yehova azozigama abumvira imburi (w12 15/3 15 ing. 3)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ezk 33:32, 33​—Kubera iki twobandanya kuvuga inkuru nziza naho abantu boba batabinezwe? (w-RU 3/91 21 ing. 16-17)

    • Ezk 34:​23​—Ubwo buhanuzi bwarangutse gute? (w07 1/4 26 ing. 3)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ezk 32:1-16

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) g17.4 rup. 3-7​—Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) g17.4 rup. 3-7​—Mutumire ku makoraniro.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) fg icigwa ca 2 ing. 9-10​—Erekana ingene twoshikira umutima w’umutohoji.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 67

  • “Dutsimbataze kamere zishimwa n’Imana​—Umutima rugabo”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Niwerekane akavidewo kavuga ngo Niwirinde ibintu vyotuma uhemuka​—Ugutinya abantu.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 16 ing. 6-17

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 117 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika