ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Mukakaro rup. 4
  • 17-23 Mukakaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 17-23 Mukakaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Mukakaro rup. 4

17-23 Mukakaro

EZEKIYELI 18-20

  • Ururirimbo rwa 21 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Iyo Yehova ababariye, yoba yibagira?”: (Imin. 10)

    • Ezk 18:19, 20​—Umuntu wese ku giti ciwe azobazwa na Yehova ivyo yakoze (w12 1/7 18 ing. 2)

    • Ezk 18:21, 22​—Yehova ariteguriye guharira abigaya kandi ntasubira kubaharurako ibicumuro bakoze (w12 1/7 18 ing. 3-7)

    • Ezk 18:23, 32​—Yehova ahonya abanyakibi igihe gusa izindi nzira zose ziba zanse (w08 1/4 8 ing. 4; w06 1/12 27 ing. 11)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ezk 18:29​—Kubera iki Abisirayeli babona Yehova ukutari ko? Twokwirinda gute kugwa muri iryo kosa? (w13 15/8 11 ing. 9)

    • Ezk 20:49​—Kubera iki abo bantu biyumvira ko Ezekiyeli akoresha “imvugo z’akagani,” kandi ivyo bitwigisha iki? (w07 1/7 14 ing. 3)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ezk 20:1-12

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) 1Yh 5:19​—Niwigishe ukuri. Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) It 3:2-5​—Niwigishe ukuri. Cira inzira ikiyago kizokurikira. (Raba mwb16.08 8 ing. 2.)

  • Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) w16.05 32​—Umutwe: Ishengero ryokwerekana gute umunezero igihe hashikirijwe itangazo ry’uko hari uwugarukanywe?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 77

  • “Woba wibabarira?”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Banza murabe akavidewo Nushigikire imanza za Yehova udahemuka​—Nube umuntu ababarira.

  • Urwaruka ruribaza​—Nokwifata gute igihe nakoze ikosa?: (Imin. 5) Guhana ijambo ku kiganiro kivuga ngo “Urwaruka ruribaza​—Nokwifata gute igihe nakoze ikosa?” Mu gutangura, nihagire uwusoma agace kavuga ngo “Wewe wokora iki?”

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 15 ing. 9-17

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 38 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika