10-16 Mukakaro
EZEKIYELI 15-17
Ururirimbo rwa 11 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Woba ushitsa ivyo usezerana?”: (Imin. 10)
Ezk 17:1-4—Abanyababiloni bakuye Umwami Yehoyakini bamusubiriza Zedekiya (w07 1/7 12 ing. 6)
Ezk 17:7, 15—Zedekiya yarahemutse ku ndahiro yiwe, atabaza Misiri mu vya gisirikare (w07 1/7 12 ing. 6)
Ezk 17:18, 19—Yehova yari yiteze ko Zedekiya ashitsa ivyo yasezeranye (w12 15/10 30 ing. 11; w88 15/9 17 ing. 8)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Ezk 16:60—Iryo “sezerano ryamaho” ni iki, kandi ririmwo bande? (w88 15/9 17 ing. 7)
Ezk 17:22, 23—‘Agashami koroshe’ Yehova yobaditse kagereranya nde? (w07 1/7 12 ing. 6)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ezk 16:28-42
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) wp17.4 rup. 3-7—Cira inzira isubirayo.
Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) wp17.4 rup. 3-7—Koresha akavidewo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya?, mukaganireko (ariko nturinde kukerekana).
Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) fg icigwa ca 11 ing. 1-2—Mutumire kw’ikoraniro.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Shitsa indagano zawe n’igihe nyene ivyo wari witeze mu mubano bitarangutse: (Imin. 10) Insiguro itangwa n’umukurambere ishingiye kuri Be maso! yo muri Ntwarante 2014, rup. 14-15.
Nube umugenzi wa Yehova—Niwame uvugisha ukuri: (Imin. 5) Erekana akavidewo Nube umugenzi wa Yehova—Niwame uvugisha ukuri, uce usaba abana wateguye baze ku mukiruruko, ubabaze ibibazo bijanye na ko.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 15 ing. 1-8
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 137 n’isengesho