ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Ntwarante rup. 3
  • 13-19 Ntwarante

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 13-19 Ntwarante
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Ntwarante rup. 3

13-19 Ntwarante

YEREMIYA 5-7

  • Ururirimbo rwa 66 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Bararetse gukora ivyo Imana igomba”: (Imin. 10)

    • Yr 6:13-15​—Yeremiya yarashize ahabona ivyaha vy’ihanga rya Isirayeli (w88 1/4 11-12 ing. 7-8)

    • Yr 7:1-7​—Yehova nta ko atagize ngo atume bigaya (w88 1/4 12 ing. 9-10)

    • Yr 7:8-15​—Abisirayeli biyumvira ko Yehova atobahanye (jr 21 ing. 12)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yr 6:16​—Aha Yehova yariko aremesha abasavyi biwe gukora iki? (w05 1/11 24 ing. 11)

    • Yr 6:22, 23​—Kubera iki Yehova yavuze ko igisata c’abantu coje “kivuye mu gihugu co mu buraruko”? (w88 1/4 13 ing. 15)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yr 5:26–6:5

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) T-36​—Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) T-36​—Nimuganire ku gace kavuga ngo “Zirikana kuri ibi bintu.” Mutumire ku Cibutso.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) jl icigwa ca 1​—Mutumire ku Cibutso.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 125

  • “Ingene twokoresha agatabu​—Ni bande bariko barakora ivyo Yehova agomba muri iki gihe?”: (Imin. 15) Banza muce irya n’ino ico kiganiro mu minuta itanu. Nimuce muraba akavidewo kerekana ingene twoganira n’umutohoji wa Bibiliya ku cigwa ca 8 c’ako gatabu. Nimuganire kuri ako kavidewo. Remesha abafise inyigisho bose gukoresha ako gatabu buri ndwi.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 9 ing. 16-21, uruzitiro “Twarakoze ku mutima abantu babiri bo muri Amazone”, n’isubiramwo “Woba ubona ko Ubwami bw’Imana bubaho koko?”

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 10 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika