ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Ntwarante rup. 2
  • 6-12 Ntwarante

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 6-12 Ntwarante
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Ntwarante rup. 2

6-12 Ntwarante

YEREMIYA 1-4

  • Ururirimbo rwa 23 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Ndi kumwe nawe kugira nkurokore”: (Imin. 10)

    • [Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Yeremiya.]

    • Yr 1:6​—Yeremiya yaragonanwe kwemera igikorwa gishasha yashinzwe (w11 15/3 29 ing. 4)

    • Yr 1:7-10, 17-19​—Yehova yasezeraniye Yeremiya ko azomukomeza akongera akamufasha (w05 15/12 24 ing. 18; jr 88 ing. 14-15)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yr 2:13, 18​—Abisirayeli b’ibihemu bakoze ibintu bibiri bibi nyabaki? (w07 15/3 10 ing. 2)

    • Yr 4:10​—Yehova ‘yahenze’ abasavyi biwe mu buryo ki? (w07 15/3 9 ing. 4)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yr 4:1-10

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Ikiganiro c’uguhana ijambo gishingiye ku gice kivuga ngo “Ingene twotanguza ibiyago.” Kuri buri buryo, nimwerekane akavidewo bijanye muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 149

  • Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 7) Erekana videwo yo muri Ntwarante ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.

  • Isekeza ry’Icibutso rizotangura ku wa 18 Ntwarante: (Imin. 8) Insiguro ishikirizwa n’umucungezi w’umurimo ishingiye ku gatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu ko muri Ruhuhuma 2016, urupapuro rwa 8. Nimuhe ikopi y’ubutumire bw’Icibutso abumviriza bose muce muraba ibibugize. Vuga muri make ivyo mwatunganije aho iwanyu kugira muzoheture icibare.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 9 ing. 10-15, igicapo “Ingene abiga Bibiliya bagiye bongerekana”, n’inzitiro “Yehova yaratumye bishoboka” na “Ingene ‘uwo hasi’ yacitse ‘ihanga rikomeye’”

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 74 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika