UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YESAYA 43-46
Ivyo Yehova avuga vyama biranguka
Integuro icapuwe
Imyaka nka 200 imbere y’uko Babiloni yigarurirwa, Yehova yaramenyesheje ido n’ido biciye kuri Yesaya ingene hofashwe.
Babiloni yokwigaruriwe na Kuro
Imiryango yaho igizwe n’inzugi zibirizibiri yogumye yuguruye
Uruzi Efurate rwafasha cane gukingira ico gisagara ‘rwokamye’