ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Munyonyo rup. 2
  • Umugabo wiwe ‘ni umuntu azwi neza mu marembo’

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Umugabo wiwe ‘ni umuntu azwi neza mu marembo’
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Ivyo bijanye
  • Impanuro Iranga Ubukerebutsi y’Umuvyeyi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2000
  • Ingene Bibiliya idondora umugore abishoboye
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Umunarugo Yokundwa Cane Uwo Ari We
    Ico Wogira ngo Umubano wo mu Rugo Ubemwo Agahimbare
  • Inyobozo ziranga ubukerebutsi ku bubakanye
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2005
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Munyonyo rup. 2

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Umugabo wiwe ‘ni umuntu azwi neza mu marembo’

Umugore abishoboye atuma umugabo wiwe avugwa neza. Mu gihe c’Umwami Lemuweli, umugabo yaba afise umugore abishoboye wasanga “azwi [neza] mu marembo.” (Img 31:23) Muri iki gihe, abagabo bazwi neza baraba abakurambere n’abakozi b’ishengero. Nimba bubatse, barashobora kuzezwa iryo banga bivanye n’inyifato nziza y’abakenyezi babo n’ukuntu babashigikira. (1Tm 3:4, 11) Abagore nk’abo ni ab’agaciro cane ku bagabo babo no kw’ishengero.

Umugore ariko arayagisha neza umugabo wiwe, akitwararika abana igihe umunega ari mu vy’ishengero, akongera agasuma

Umugore abishoboye arashigikira umugabo wiwe mw’ibanga ajejwe . . .

  • mu kumuremesha akoresheje amajambo meza.—Img 31:26

  • mu kumusangira n’ishengero atidoga.—1Ts 2:7, 8

  • mu kubumbwa n’ivyo afise.—1Tm 6:8

  • mu kutamubaza amabanga y’ishengero.—1Tm 2:11, 12; 1Pt 4:15

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika