ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Gitugutu rup. 3
  • “Umutima wawe ntukevye”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Umutima wawe ntukevye”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Ivyo bijanye
  • Wozigama gute umutima wawe?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2019
  • Uraba maso Shetani ashaka kukurotsa!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
  • Nugire Umutima Uhimbara Yehova
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2001
  • Ibirimwo
    Be maso!—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Gitugutu rup. 3

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | IMIGANI 7-11

“Umutima wawe ntukevye”

Umusore ariko araraba aho umumaraya aba

Amategeko ya Yehova aradukingira. Ariko kugira atugirire akamaro, dutegerezwa kuyazigama mu mutima wacu. (Img 7:3) Umusavyi wa Yehova aretse umutima wiwe ugakevya, bica vyoroha ko acakirwa n’amayeri ya Shetani. Mu Migani 7 haravuga umusore yaretse umutima wiwe uramuhenda. Ni igiki twigira ku makosa yakoze?

  • Ijisho

    Kubona

    7:10

  • Umugore akoze ku kuboko kw’umugabo

    Gukorakora

    7:13

  • Umuvinyu n’umukate

    Kwumva akanovera

    7:14

  • Uducupa turimwo ibimota

    Kumoterwa

    7:17

  • Umugore ariko arongorera umugabo

    Kwumva

    7:21

  • Shetani aragerageza kutwigiza kure ya Yehova, akaba afatira kuri ubwo bushobozi butanu dufise kugira atwoshe gukora ikibi

  • Ubukerebutsi n’ugutegera biradufasha kubona hakiri kare ingaruka zibabaje ziva ku gukora icaha, bigatuma twirinda ingorane mu vy’impwemu

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika