ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Myandagaro rup. 7
  • 29 Myandagaro–4 Nyakanga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 29 Myandagaro–4 Nyakanga
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Myandagaro rup. 7

29 Myandagaro–4 Nyakanga

ZABURI 110-118

  • Ururirimbo rwa 61 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Nzokwishura iki Yehova?”: (Imin. 10)

    • Zb 116:3, 4, 8​—Yehova yarakijije urupfu umwanditsi w’amazaburi (w87 15/3 24 ing. 5)

    • Zb 116:12​—Umwanditsi w’amazaburi yaripfuza kwereka Yehova ko amukengurukira (w09 15/7 29 ing. 4-5; w98 1/12 24 ing. 2)

    • Zb 116:13, 14, 17, 18​—Umwanditsi w’amazaburi yari yiyemeje gushitsa ivyo Yehova amusaba vyose (w10 15/4 27, uruzitiro)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 110:4​—‘Indahiro’ ivugwa muri uyu murongo ni iki? (w14 15/10 11 ing. 15-17; w06 1/9 14 ing. 1)

    • Zb 116:15​—Mu nsiguro y’amaziko, kubera iki uyu murongo udakwiye gukoreshwa mu kuvuga ivy’uwapfuye? (w12 15/5 22 ing. 2)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 110:1–111:10

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) ll 16​—Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) ll 17​—Cira inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 179-181 ing. 17-19​—Mufashe kubona uburyo yoshira mu ngiro ivyo muhejeje kwiga.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 82

  • “Niwigishe ukuri”: (Imin. 7) Guhana ijambo.

  • “Isekeza ridasanzwe ryo gutanga Umunara w’Inderetsi muri Nyakanga”: (Imin. 8) Guhana ijambo. Erekana akavidewo ka mbere ko muri Nyakanga k’ingene twotanguza ikiyago, muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru. Bahimirize kugira uruhara muri iryo sekeza no gukora ubutsimvyi bwo gufasha.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 23 ing. 1-14

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 144 n’isengesho

    Ivyibukijwe: Banza mwumvirize umuziki wose mubone kuririmba.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika