ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Ruheshi rup. 4
  • 13-19 Ruheshi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 13-19 Ruheshi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Ruheshi rup. 4

13-19 Ruheshi

ZABURI 38-44

  • Ururirimbo rwa 4 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Yehova arashigikira abarwaye”: (Imin. 10)

    • Zb 41:1, 2​—Hahiriwe abitwararika abantu batoyi (w15 15/12 24 ing. 7; w91 1/10 7 ing. 6)

    • Zb 41:3​—Yehova aritwararika abantu b’abagororotsi igihe barwaye (w08 15/9 5 ing. 12-13)

    • Zb 41:12​—Icizigiro ca kazoza kirashobora gufasha uwurwaye kwihangana (w15 15/12 27 ing. 18-19; w08 15/12 6 ing. 15)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 39:1, 2​—Tworinda gute iminwa yacu? (w09 15/5 4 ing. 5; w06 15/5 20 ing. 12)

    • Zb 41:9​—Yezu yirabishijeko gute ivyashikiye Dawidi? (w11 15/8 13 ing. 5; w08 15/9 5 ing. 11)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 42:6–43:5

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) g16.3 igipfukisho

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) g16.3 igipfukisho

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) fg icigwa 2 ing. 4-5​—Mu gusozera inyigisho mubwire ivyerekeye akavidewo ko kuri jw.org kitwa Imana yoba ifise izina? umwereke n’aho yogasanga.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 128

  • Gumiza amaso ku gashimwe!: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana akavidewo ko kuri jw.org Nube umugenzi wa Yehova​—Gumiza amaso ku gashimwe! (Ururirimbo rwa 24). (Raba ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > ABANA.) Ca muganira ku gakorwa bijanye kavuga ngo “Gereranya ubuzima bw’ubu n’ubwo muri kazoza” mukoresheje utu tubazo: Ni ibiki bizohinduka mw’Iparadizo? Ni imihezagiro iyihe ushashaye? Kwiyumvira icizigiro ufise vyogufasha gute kwihangana?​—2Kr 4:18.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 17 ing. 14-22, n’isubiramwo ry’ikigabane

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 36 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika