30 Rusama–5 Ruheshi
ZABURI 26-33
Ururirimbo rwa 23 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yehova aradufasha kugira umutima rugabo”: (Imin. 10)
Zb 27:1-3—Kuzirikana ukuntu Yehova ari umuco wacu biraduha umutima rugabo (w12 15/7 22-23 ing. 3-6)
Zb 27:4—Gukenguruka ugusenga kw’ukuri biradukomeza (w12 15/7 24 ing. 7)
Zb 27:10—Yehova ariteguriye gufata mu mugongo abasavyi biwe igihe abandi babahevye (w12 15/7 24 ing. 9-10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Zb 26:6—Dushobora gute gutambuka dukikuza igicaniro ca Yehova nka Dawidi? (w06 15/5 19 ing. 12)
Zb 32:8—Ni mu buryo bumwe ubuhe ugutahura kwimbitse kuva kuri Yehova kudufasha? (w09 1/6 5 ing. 3)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 32:1–33:8
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) kt—Soma icanditswe ukoresheje akuma ngendanwa.
Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Nusabe uwo uhora ushira ibinyamakuru ngo mwige Bibiliya ukoresheje ka kavidewo Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya. Nukamwereke kuri JW Library.
Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) jl icigwa ca 9—Niwereke muri make inyigisho yawe ingene yotegura amakoraniro akoresheje JW Library.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15) Murashobora kuganira ku vyigwa dukura mu Gitabu c’umwaka. (yb16 112-113; 135-136)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 16 ing. 16-29, uruzitiro “Ubuhanuzi bwarangutse, n’isubiramwo ry’ikigabane
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 16 n’isengesho