ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Rusama rup. 6
  • 23-29 Rusama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 23-29 Rusama
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Rusama rup. 6

23-29 Rusama

ZABURI 19-25

  • Ururirimbo rwa 116 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Ubuhanuzi bwavuze ivyerekeye Mesiya”: (Imin. 10)

    • Zb 22:1​—Mesiya yobaye nk’uwahebwe n’Imana (w11 15/8 15 ing. 16)

    • Zb 22:7, 8​—Mesiya yoshinyaguriwe (w11 15/8 15 ing. 13)

    • Zb 22:18​—Bopfindiye impuzu za Mesiya (w11 15/8 15 ing. 14)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 19:14​—Iki canditswe kitwigisha iki? (w06 15/5 19 ing. 9)

    • Zb 23:1, 2​—Ni mu buryo ki Yehova ari Umwungere munyarukundo? (w02 15/9 32 ing. 1-2)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 25:1-22

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) bh​—Soma icanditswe ukoresheje akuma ngendanwa.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) bh​—Koresha JW Library mu kurondera icanditswe cishura ikibazo wabajijwe n’uwo muriko murayaga.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 129 ing. 11-12​—Niwereke inyigisho yawe muri make ingene yokoresha JW Library mu gutegura inyigisho akoresheje akuma ngendanwa.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 55

  • “Ingene wokoresha JW Library”​—Igice ca 2: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana akavidewo kavuga ngo Ingene wovoma amabibiliya n’ingene woyakoresha n’akavuga ngo Kurondera ijambo muri Bibiliya canke mu gitabu, maze mutuganireko gatoyi. Nimuce mwihweza agatwe ka nyuma k’ico kiganiro. Saba abumviriza bavuge ubundi buryo bakoresheje JW Library mu ndimiro.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 16 ing. 1-15

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 139 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika