ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Ndamukiza rup. 2
  • 4-10 Ndamukiza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 4-10 Ndamukiza
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Ndamukiza rup. 2

4-10 Ndamukiza

YOBU 16-20

  • Ururirimbo rwa 79 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Remesha abandi ukoresheje amajambo meza”: (Imin. 10)

    • Yb 16:4, 5​—Uwutanga impanuro akwiye gukoresha amajambo aremesha (lv 139 ing. 16, 141 ing. 18-19)

    • Yb 19:2​—Amajambo ababaza Biludadi yavuze yatumye Yobu aborogeshwa n’umubabaro (w06 15/3 15 ing. 6; w07 1/6 32)

    • Yb 19:25​—Icizigiro c’izuka carakomeje Yobu igihe yari ageze habi (w06 15/3 15 ing. 5)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yb 19:20​—Yobu yashaka kuvuga iki igihe yavuga ngo “mpunganye urukoba rw’amenyo yanje”? (w06 15/3 15 ing. 1)

    • Yb 19:26​—Yobu ‘yitegereje Imana’ gute kandi ata muntu ashobora kuyibona? (w06 15/3 16 ing. 7)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: Yb 19:1-23 (Imin. 4 canke idashika)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Guhana ijambo. Kuri buri buryo bwo gutanguza ibiyago, nimwerekane akavidewo bijanye muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru. Nuremeshe abamamaji kwitegurira uburyo bwabo bwo gutanguza ibiyago.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 42

  • “Ikiganiro gishasha kidufasha gutanguza ibiyago”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nuremeshe bose gukoresha ikiganiro “Bibiliya ibivugako iki?” mu gutanguza ibiyago vyoshikana ku nyigisho ya Bibiliya.

  • Ibibazo vy’abasomyi: (Imin. 5) Insiguro itangwa n’umukurambere ishingiye ku Munara wo ku wa 15 Ruhuhuma 2015, urupapuro rwa 30, ingingo ya 4-6.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 12 ing. 13-25, n’isubiramwo ry’ikigabane (Imin. 30)

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 65 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika