ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Nzero rup. 6
  • 25-31 Nzero

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 25-31 Nzero
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Nzero rup. 6

25-31 Nzero

EZIRA 6-10

  • Ururirimbo rwa 10 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Yehova yipfuza abamukorera babikunze”: (Imin. 10)

    • Ezr 7:10​—Ezira yarateguye umutima wiwe

    • Ezr 7:12-28​—Ezira yariteguriye gusubira i Yeruzalemu

    • Ezr 8:21-23​—Ezira yarizigiye ko Yehova yokingiye abasavyi biwe

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ezr 9:1, 2​—Kwabirana n’“abantu bo muri ivyo bihugu,” vyarimwo akaga gakomeye akahe? (w06 15/1 20 ing. 1)

    • Ezr 10:3​—Ni kubera iki abagore birukananywe n’abana? (w06 15/1 20 ing. 2)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: Ezr 7:18-28 (Imin. 4 canke idashika)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Umwamamaji nashikirize agatabu Inkuru nziza, bayage ku cigwa ca 8, ikibazo ca 1, ingingo ya 1. Nacire inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Nihagirwe umwerekano aho umwamamaji asubira kugendera uwakiriye agatabu Inkuru nziza. Nibayage ku cigwa ca 8, ikibazo ca 1, ingingo ya 2. Nacire inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) Nihagirwe umwerekano aho umwamamaji ayobora inyigisho akoresheje agatabu Inkuru nziza, icigwa ca 8, ikibazo ca 2.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 138

  • “Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro​—Gucira inzira isubirayo”: (Imin. 7) Guhanahana ijambo. Nushire ahabona ivyiyumviro nyamukuru mu kwerekana ividewo y’Ubuhinga bwo muri Nzero aho abamamaji bariko bacira inzira isubirayo bahejeje gushikiriza Umunara be n’agatabu Inkuru nziza.

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 8)

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 7 ing. 15-27 n’isubiramwo ry’ikigabane (Imin. 30)

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 120 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika