Amatangazo
◼ Ivyo tuzoshikiriza muri Ndamukiza: Ibinyamakuru Umunara w’Inderetsi na Be maso! Rusama na Ruheshi: Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? canke Abapfuye boba vy’ukuri bashobora kwongera kubaho?, Imibabaro yoba izoteba igahera?, Ni igiki cotuma mu rugo harangwa agahimbare?, Ni nde vy’ukuri aganza isi?, Ubona gute Bibiliya?, Ubona gute kazoza?, na Woba ushaka kumenya ukuri? Mukakaro: Inkuru nziza iva ku Mana canke kamwe muri utu dutabu tw’impapuro 32: Niwumvirize Imana canke Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera.