ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 3/14 rup. 4
  • Amatangazo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amatangazo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2014
Igikorwa dukorera Ubwami—2014
km 3/14 rup. 4

Amatangazo

◼ Ivyo tuzoshikiriza mu mezi ya Ntwarante na Ndamukiza: Ibinyamakuru Umunara w’Inderetsi na Be maso! Rusama na Ruheshi: Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? canke kamwe muri utu dupapuro tw’inkuru nziza: Ugucumukura kwose kugiye kurangira, Ukubaho mu Mahoro mw Isi Nsha, Yehova—Ni Nde? canke Woba ushaka kumenya ukuri? kandi mugerageze gutanguza inyigisho za Bibiliya.

◼ Icibutso kizoba ku wa mbere igenekerezo rya 14 Ndamukiza 2014. Nimba ishengero ryanyu risanzwe rigira ikoraniro ku wa mbere, iryo koraniro rikwiye kwimurirwa ku wundi musi nimba Ingoro y’Ubwami izoba ishobora kuboneka. Nimba Ikoraniro ry’umurimo ribwirizwa guhebwa, umuhuzabikorwa w’inama y’abakurambere yogira ivyo ahinduye kugira ngo ibiganiro vyaryo vyerekeye canecane ishengero ryanyu bishobore kuzorimburwa ku rindi Koraniro ry’umurimo muri ukwo kwezi.

◼ Insiguro y’icese izoshikirizwa n’abacungezi b’umuzunguruko mu gice kigira kabiri c’umwaka w’umurimo wa 2014 izoba ifise umutwe uvuga ngo “Kurokoka tukava mu marushwa y’isi.”

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika