ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 12/12 rup. 7
  • Isubiramwo ryo mw’Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Isubiramwo ryo mw’Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2012
Igikorwa dukorera Ubwami—2012
km 12/12 rup. 7

Isubiramwo ryo mw’Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi

Ibibazo bikurikira bizorimburwa mw’Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi mu ndwi itangura ku wa 31 Kigarama 2012. Harashizwemwo igenekerezo iciyumviro kimwekimwe cose kizorimburirwako kugira ngo umuntu ashobore kugira ubushakashatsi igihe ategura ishure ku ndwi ku ndwi.

1. Ubuhanuzi buri muri Yoweli 2:1-10, 28 buvuga ibijanye n’igitero c’udukoko bwarangutse gute? [5 Muny., w07 1/10 rup. 13 ing. 1]

2. Kumenya ivyerekeye Amosi nk’uko vyerekanwa muri Amosi 7:14 bidufasha gute mu gihe twiyumvamwo ko tudashoboye kwamamaza? [12 Muny., w04 15/11 rup. 10 ing. 3]

3. Ni igiki catumye umutima w’Abanyedomu wita imbere, kandi ni ukuri ukuhe tudakwiye kwigera twibagira? (Ob. 3, 4) [19 Muny., w07 1/11 rup. 14 ing. 1]

4. Ni mu buryo ubuhe Yehova yicujije ku bijanye n’ivyago yari yavuze ko yoteje Abanyaninewe? (Yona 3:8, 10) [19 Muny., w07 1/11 rup. 15 ing. 1]

5. Ni icigwa ikihe twokura mu kurimbura Mika 7:18, 19? [26 Muny., w03 15/8 rup. 24 ing. 23]

6. Ni mu buryo ki Ninewe yari imeze nka maraya? (Nah. 3:4) [3 Kig., w07 15/11 rup. 9 ing. 3]

7. Ibivugwa muri Hagayi 1:6 bisobanura iki, kandi ni icigwa ikihe kirimwo twofata nka nkama? [10 Kig., w06 15/4 rup. 22 ing. 12-15]

8. Ni icigwa ikihe dukura muri Amosi 2:12? [12 Muny., w07 1/10 rup. 14 ing. 8]

9. Ni kubera iki amajambo dusanga muri Zekariya 4:6, 7 aremesha abasavyi ba Yehova muri iki gihe? [17 Kig., w07 1/12 rup. 10 ing. 7]

10. Turavye ibivugwa muri Malaki 3:16, kubera iki tudakwiye kwigera tureka ngo umwiyemezo dufise wo kugumana ugutungana kwacu ku Mana ugoyagoye? [31 Kig., w07 15/12 rup. 29 ing. 3]

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika