ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 5/12 rup. 4
  • Amatangazo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amatangazo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2012
Igikorwa dukorera Ubwami—2012
km 5/12 rup. 4

Amatangazo

◼ Ivyo tuzoshikiriza mu kwezi kwa Rusama: Umunara w’Inderetsi na Be maso! Igihe hari uwugaragaje ugushimishwa, nimumushikirize ka gapapuro k’inkuru nziza kavuga ngo Woba ushaka kumenya ukuri? mwongere mwihatire gutanguza inyigisho ya Bibiliya. Igihe musubira kugendera abashimishijwe, harimwo n’abitaba Icibutso canke ayandi maporogarama ya gitewokarasi mugabo bakaba batifatanya n’ishengero bimwe biboneka, murihatire gutanguza inyigisho mukoresheje igitabu Ivyo Bibiliya yigisha. Ruheshi: Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? Nimwihatire gutanguza inyigisho za Bibiliya igihe mugendeye umuntu ari bwo bwa mbere. Nimba abanyamuhana baramaze kuronka ico gitabu bakaba kandi batemeye kugirirwa inyigisho ya Bibiliya, abamamaji boshobora gushikiriza ikinyamakuru ico ari co cose ca kera canke agatabu ako ari ko kose karimwo ibintu bishimisha uwo muntu. Mukakaro na Myandagaro: Abamamaji boshobora gukoresha agatabu ako ari ko kose k’impapuro 32 kari mu bubiko bw’ishengero. Nimukoreshe canecane agatabu Ni Ibiki Imana Idusaba? Igihe musubira kugendera abashimishijwe, nimubereke igitabu Ivyo Bibiliya yigisha canke niba ari vyo bibereye bivanye n’uko ivyo uwo muntu vyifashe, nimumwereke kamwe muri twa dutabu Niwumvirize Imana canke Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera, maze mwihatire gutanguza inyigisho ya Bibiliya.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika