ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 11/11 rup. 4
  • Amatangazo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amatangazo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2011
Igikorwa dukorera Ubwami—2011
km 11/11 rup. 4

Amatangazo

◼ Ivyo tuzoshikiriza muri Munyonyo: Bibiliya irimwo ubutumwa ubuhe? Amashengero arashobora guhitamwo no gushikiriza utundi dutabu utwo ari two twose tw’impapuro 32 two mu vyashikirijwe muri Myandagaro 2011, canke utwo tundi dutabu akaba ari two ashikiriza mu gishingo cako. Kigarama: Igitabu Umuntu Ahambaye Kuruta Ababayeho Bose. Nimba muri urwo rugo hariho abana, nimushikirize igitabu Igira Kuri wa Mwigisha Ahambaye canke Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya. Nzero: Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? Nimwihatire gutanguza inyigisho za Bibiliya igihe mugendeye umuntu ari bwo bwa mbere. Nimba abanyamuhana baramaze kuronka ico gitabu bakaba kandi batemeye kugirirwa inyigisho ya Bibiliya, abamamaji boshobora gushikiriza ikinyamakuru ico ari co cose ca kera canke agatabu ako ari ko kose karimwo ibintu bishimisha uwo muntu.

◼ Intererano ku bw’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose zirungikwa ku biro vy’ishami, bikwiye kwandikwa ko zirungikiwe “Association les Témoins de Jéhovah.”

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika