Raporo y’umurimo yo muri Munyonyo
Burundi Sah. Nyamak. Amasub. Inyig. Bib.
Igitigiri ca:
Abats. das. 254 32.723 5.527 18.225 3.344
Abats. 849 56.065 7.388 26.836 5.006
Abats. fash. 412 22.358 3.577 9.341 1.734
Abam. 6.657 109.405 19.888 49.406 10.891
BOSE 8.172 220.551 36.380 103.808 20.975
Rya sekeza ridasanzwe ry’amezi atatu ryo kwamamaza mu turere tumwetumwe ryarangiye muri Munyonyo, kandi ryaravuyemwo ivyiza. Abavukanyi n’abavukanyikazi 36 ni bo bagize uruhara muri uwo murimo udasanzwe. Uturere tutari bwigere dukorerwamwo twaramamajwemwo bimwe bikomeye kandi inyigisho nshasha za Bibiliya zitari nke zaratangujwe.