ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 2/09 rup. 8
  • Amatangazo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amatangazo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2009
Igikorwa dukorera Ubwami—2009
km 2/09 rup. 8

Amatangazo

◼ Ibisohokayandikiro vyo gushikiriza muri Ruhuhuma: Senga Imana Yonyene y’Ukuri. Murashobora kandi gushikiriza Akabanga ko Kuronka Agahimbare mu Rugo, canke La Bible: Parole de Dieu ou des hommes? Ntwarante: Hazoshikirizwa igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? Hazogirwa akigoro kadasanzwe ko gutanguza inyigisho za Bibiliya. Ndamukiza na Rusama: Ibinyamakuru Umunara w’Inderetsi na Réveillez-vous! Igihe musubira kugendera abashimishijwe, harimwo n’abitaba Icibutso canke ayandi maporogarama ya gitewokarasi mugabo bakaba batifatanya n’ishengero, murihatire gushikiriza igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? Intumbero ikwiye kuba ari iyo gutanguza inyigisho ya Bibiliya muri ico gitabu.

◼ Guhera ku ndwi itangura ku wa 23 Ruhuhuma 2009, tuzokwiga igitabu “Mwigumize mu rukundo rw’Imana” mu Nyigisho ya Bibiliya y’ishengero. Amashengero akwiye kuba afise ibitabu bikwiye.

◼ Insiguro idasanzwe izoshikirizwa mu kiringo c’Icibutso co mu 2009 izoba ifise umutwe uvuga ngo “Imana yoba yemera amadini yose?” Raba itangazo bijanye riri mu Gikorwa dukorera Ubwami co muri Nyakanga 2008.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika