ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 12/06 rup. 2
  • Ivyibukijwe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ivyibukijwe
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2006
Igikorwa dukorera Ubwami—2006
km 12/06 rup. 2

Ivyibukijwe

Ikiganiro c’Inyishu ku bibazo vyanyu co mu Gikorwa dukorera Ubwami co muri Nyakanga 1977 (mu gifaransa) cavuze giti: “Igihe dukoraniye hamwe mu ntumbero ijanye n’ivy’ugusenga, haba ku Ngoro y’Ubwami, ku nyigisho z’igitabu z’ishengero, canke ku materaniro y’abasavyi ba Yehova, ni vyiza ko twirinda kuboneraho akaryo ko kugurisha canke kumenyekanisha ibidandazwa, canke ngo kabe akaryo ko kugira ivyo dukoreye abandi mu buryo bwo guca amahera, kibure ngo kabe akaryo ko kumenyekanisha ivyo dushobora gukorera abandi bakaduha amahera. Ivyo bizodufasha kwitaho rwose ivy’impwemu nk’uko bibereye, vyongere bidufashe kugumiza ibijanye n’urudandaza mu kibanza cavyo”. Ku bw’ivyo rero, birahambaye ko twirinda kuba abantu bironderera inyungu ku buryo Ijambo ry’Imana canke ibijanye na ryo tubigira urudandaza. Turabingize murabe Inyishu ku bibazo vyanyu mu Gikorwa dukorera Ubwami co muri Ntwarante 1993 (mu gifaransa) ku rupapuro rwa 6.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika