Udukuru twa Gitewokarasi
◼ Ingoro z’Ubwami zikurikira ziherutse gushikirizwa:
Burundi: Cahi, Gasesa na Matana.
Kenya: Hola, Kemunye, Mwea, Mwingi, Nakuru Umoja, Ngundune, Nkumari na Yala.
Tanzaniya: Arusha-Mashariki, Igale, Kahama, Katumba, Kiwira na Mbewe.