Udukuru twa Gitewokarasi
◼ Ingoro z’Ubwami zikurikira ziheruka gushikirizwa:
Burundi: Gasenyi, Kagunuzi na Rumeza.
Kenya: Elburgon, Kajiado, Kangema, Kerugoya, Kithunguini, Mununga, Muvuti, Narok, Ngecha, Njoro, Sengani na Thika Makongeni.
Tanzaniya: Dar-Yombo, Ibaba, Mbambo, Mwalisi, Suma, Sunuka na Ushirika.
Uganda: Kisoga na Kinyamaseke.