ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 7/00 rup. 3
  • Amatangazo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amatangazo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2000
Igikorwa dukorera Ubwami—2000
km 7/00 rup. 3

Amatangazo

◼ Ibisohokayandikiro vyo gushikiriza mu kwezi kwa Mukakaro na Myandagaro: Iyari yo yose mu maboroshire y’impapuro 32 akurikira yoshobora gukoreshwa: Bitugendera Gute Iyo Dupfuye?, Dieu se soucie-t-il vraiment de nous?, Doit-on croire à la Trinité?, Intwaro izozana Iparadizo, Iyo Uwo Wakunda Apfuye, Kuba kw’isi ibihe bidashira mu gahimbare!, Le nom divin qui demeure à jamais, hamwe na Quel est le but de la vie? Comment le découvrir? Amaboroshire Connaîtrons-nous un jour un monde sans guerre?, Imizimu y’Abapfuye Yoba Ishobora Kugufasha Canke Kugutera? Ubwo Irabaho vy’Ukuri?, Nos problèmes: qui nous aidera à les résoudre? hamwe na Un livre pour tous, yoshobora gutangwa aho bibereye. Udutabu “Cette bonne nouvelle du Royaume” hamwe na Imizimu, na two nyene twoshobora gukoreshwa muri ayo mezi. Nyakanga: La Révélation: le grand dénouement est proche! Gitugutu: Ibinyamakuru Umunara w’Inderetsi na Réveillez-vous! Abo tubonanye ugushimishwa igihe dusubiye kubagendera, twoshobora kubasaba kugirisha amabonema.

◼ Guhera muri Nyakanga, abacungezi b’imizunguruko bazotanga insiguro ifise umutwe-shimikiro uvuga ngo “Ubutegetsi bw’Abantu—Bwagezwe ku Munzane.”

◼ Nimba mwipfuza gutanga imfashanyo y’amahera ku bw’ugufasha abashikiwe n’ivyago, mushobora kurungika intererano zanyu ku biro vya Sosiyete mu gihugu canyu. Turabinginze ntimurungikire Sosiyete canke akarere kashikiwe n’ivyago ivyambarwa canke ibikoresho, kiretse Sosiyete canke komite ijejwe gutabara isavye ko mubigenza gutyo. Ivyo bizotuma akigoro ko gufasha kagirwa ku rutonde, hongere habe igaburwa ry’ibintu ribereye.

◼ Amashengero aremeshejwe kugirira abamamaji komande y’amataragiti yo gukoresha mu murimo wo mu ndimiro. Turabinginze mwibuke yuko igitigiri gitoya gishoboka ca komande y’ubwoko bwose bw’amataragiti ari 100 kandi agashobora kugirirwa komande mu mitekero 100.

◼ Ibisohokayandikiro biboneka:

Does Fate Rule our lives?—Or Does God Hold Us Responsible? (Mbega Ubuzima Bwacu Bwoba Burongorwa n’Igihamana?—Canke Imana Yoba Iri n’Ico Itubaza?) (Itaragiti No. 71)—Mu Gifaransa

Hellfire—Is It Part of Divine Justice? (Umuriro Udahera—Woba Ari Umuce w’Ubutungane bw’Imana?)—Mu Gifaransa

Ubumenyi Bujana mu Buzima Budahera—Mu Giswahili

Ni Ibiki Imana Idusaba?—Mu Giswahili

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika