Amatangazo
◼ Ibisohokayandikiro vyo gutanga muri Ruheshi: Ni Ibiki Imana Idusaba? Hihatirwe gutanguza inyigisho za Bibiliya. Mukakaro na Myandagaro: Iyari yo yose mu maboroshire y’impapuro 32 akurikira yoshobora gukoreshwa: Bitugendera Gute Iyo Dupfuye?, Dieu se soucie-t-il vraiment de nous?, Doit-on croire à la Trinité?, Intwaro izozana Iparadizo, Iyo Uwo Wakunda Apfuye, Kuba kw’isi ibihe bidashira mu gahimbare!, Le nom divin qui demeure à jamais, hamwe na Quel est le but de la vie? Comment le découvrir? Amaboroshire Connaîtrons-nous un jour un monde sans guerre?, Imizimu y’Abapfuye—Yoba Ishobora Kugufasha Canke Kugutera? Ubwo Irabaho vy’Ukuri?, Nos problèmes: qui nous aidera à les résoudre? hamwe na Un livre pour tous, yoshobora gutangwa aho bibereye. Udutabu “Cette bonne nouvelle du Royaume” hamwe na Imizimu, na two nyene twoshobora gukoreshwa muri ayo mezi. Nyakanga: La Révélation: le grand dénouement est proche!
◼ Udukarata two kwandikako turiko ifoto y’Ibiro vy’Ishami ryo muri Kenya ubu turashobora kuboneka mu Congereza.
◼ Ibisohokayandikiro biboneka:
Elementary Bible Teachings (Inyigisho z’Ishimikiro za Bibiliya)—mu Gipunjabi
Étude perpicace des Écritures—mu Congereza
How to Start and Continue Studies (Uburyo bwo Gutangura no Kubandanya Inyigisho)—mu Gipunjabi
Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya—mu Congereza no mu Giswahili
Les Saintes Écritures — Traduction du monde nouveau (imwe ishobora kuja mu mupfuko)—mu Congereza
Louons Jéhovah par nos chants (gitoyi)—mu Congereza no mu Giswahili
Imbumbe z’Umunara w’Inderetsi na Réveillez-vous! zo mu 1999—mu Congereza
Ni Ibiki Imana Idusaba?—mu Congereza no mu Kiluo
Yezu Kirisitu—Ni Nde? (Itaragiti No. 24)—mu Congereza