ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 8/99 rup. 7
  • Udukuru twa Gitewokarasi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Udukuru twa Gitewokarasi
  • Igikorwa dukorera Ubwami—1999
Igikorwa dukorera Ubwami—1999
km 8/99 rup. 7

Udukuru twa Gitewokarasi

◼ Burundi: Kuva muri Nzero 1998 gushika muri Ndamukiza 1999, bifashijwemwo n’Abubatsi Mvamakungu be n’Abubatsi Bitanga Bavyishakiye, Ingoro z’Ubwami 13 zarubatswe mu Burundi, kandi 9 muri zo zarinjiwe.

◼ Chilie: Ca gitigiri gishasha c’amasaha asabwa abatsimvyi cakiranywe igishika, nk’uko bigaragazwa n’igitigiri c’agaheta kitaribwigere gishikwako c’abatsimvyi b’intahorereza 4 351 batanze raporo muri Nzero. Ikindi, abagera ku 5 175 batanze raporo ari abatsimvyi b’ugufasha, kikaba ari igitigiri kinini cane co muri uyu mwaka w’umurimo.

◼ Ingoro z’Ubwami zikurikira ziherutse kwinjirwa: Kinoo muri Kenya; Kigali Biryogo mu Rwanda.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika