ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 6/99 rup. 3
  • Amatangazo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amatangazo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—1999
Igikorwa dukorera Ubwami—1999
km 6/99 rup. 3

Amatangazo

◼ Ibisohokayandikiro vyo gushikiriza muri Ruheshi: Ubumenyi Bujana mu Buzima Budashira. Ibisohokayandikiro bishikirizwa ku kiguzi kidasanzwe mufise mw’ishengero na vyo nyene birashobora gushikirizwa. Mukakaro na Myandagaro: Agatabu kose k’impapuro 32 muri utu dukurikira koshobora gukoreshwa: Dieu se soucie-t-il vraiment de nous?, Kuba kw’isi ibihe bidashira mu gahimbare!, Doit-on croire à la Trinité?, Intwaro izozana Iparadizo, Bitugendera Gute Iyo Dupfuye?, Quel est le but de la vie? Comment le découvrir?, hamwe na Iyo Uwo Wakunda Apfuye. Udutabu Un livre pour tous, Nos problèmes — qui Nous aidera à les résoudre?, Imizimu y’Abapfuye—Yoba Ishobora Kugufasha Canke Kugutera? Ubwo Irabaho vy’Ukuri? hamwe na Connaîtrons-nous un jour un monde sans guerre? turashobora gutangwa aho bibereye. Ibisohokayandikiro vyo gutangwa ku kiguzi kidasanzwe biri mw’ishengero na vyo nyene birashobora gushikirizwa. Nyakanga: Ubumenyi Bujana mu Buzima Budashira. Ibisohokayandikiro vyo gutangwa ku kiguzi kidasanzwe biri mw’ishengero na vyo nyene birashobora gushikirizwa.

◼ Umucungezi muhagarikizi canke uwundi yagenywe na we akwiye gusuzuma ivy’amakonte y’ishengero ku wa 1 Ruheshi canke vuba bishoboka inyuma y’iryo genekerezo. Ivyo nivyamara gukorwa, murabitangarize ishengero raporo y’ivy’amakonte izokurikira ihejeje gusomwa.

◼ Ishirahamwe rirafise imbumbe z’Umunara w’Inderetsi mu CONGEREZA zo guhera mu 1951 gushika mu 1959. Irafise kandi ibitabu Annuaire de Témoins de Jéhovah mu CONGEREZA vyo guhera mu 1991 kugeza mu 1994. Ibihugu bivugwa muri Annuaire 1991 ni nka Hawayi, Suwede, Tayilande; muri Annuaire 1992 na ho havugamwo Kenya kumwe n’ibindi bihugu vyo muri Afirika yo mu Buseruko, be n’Amazinga ya Salomo; muri Annuaire 1993 harimwo Danemark, Honduras na Malaisie. Umwamamaji wese canke ishengero rishasha ryose ryipfuza ivyo bisohokayandikiro barashobora kubisaba biciye ku wujejwe ibinyamakuru. (Raba Inyishu ku Bibazo Vyanyu mu Gikorwa Dukorera Ubwami co muri Rusama 1997; Umunara w’Inderetsi [mu Gifaransa] wo ku wa 1 Munyonyo 1994, urupapuro 28-31.)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika