ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w19 Rusama rup. 1-32
  • Integuro y’ukwiga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Integuro y’ukwiga
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2019
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2019
w19 Rusama rup. 1-32
Umunara w’Inderetsi w’ukwiga, Rusama 2019

Integuro y’ukwiga

RUSAMA 2019

IBIGANIRO VY’UKWIGA KUVA KU WA 1 MUKAKARO–4 MYANDAGARO 2019

© 2019 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania

Iki kinyamakuru si ico kugurisha. Gitanzwe mu bijanye n’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose c’ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye. Wipfuza gutanga intererano, nuje kuri donate.jw.org.

Kiretse aho vyerekanywe ukundi, amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha, yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none.

ISHUSHO YO KU GIPFUKISHO:

Abavyeyi barakingira abana babo amabi mu vy’igitsina mu kubigisha ibintu bibereye ku bijanye n’igitsina, bakoresheje ibitabu vyasohowe n’ishirahamwe ry’Imana. (Raba ikiganiro c’ukwiga ca 19, ingingo ya 19-22)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika