ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w18 Munyonyo rup. 32
  • Twoha iki Yehova?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Twoha iki Yehova?
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
  • Ivyo bijanye
  • “Ingabire igenewe Yehova”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Agaciro k’“uduceri tubiri”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Amahera Ivyabona vya Yehova bakoresha ava he?
    Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
  • Turakengurukira Yehova kubera urukundo rwanyu
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ibindi
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
w18 Munyonyo rup. 32
donate.jw.org

Twoha iki Yehova?

IGIHE kimwe Yezu yavuze ati: “Gutanga birimwo agahimbare kuruta guhabwa.” (Ivyak. 20:35) Ivyo birafitaniye isano n’ubucuti dufitaniye na Yehova. Uti gute? Yehova yaraduhaye ibintu vyinshi bituma tugira agahimbare, mugabo turashobora kurushiriza kugira agahimbare mu kugira ico duhaye Yehova. None twoha iki Yehova? Mu Migani 3:9 hagira hati: “Tera iteka Yehova ukoresheje ibintu vyawe vy’agaciro.” Mu “bintu vya[cu] vy’agaciro” harimwo umwanya wacu, ububangukirwe dufise, inguvu zacu be n’ivyo dutunze. Igihe dukoresheje ivyo bintu mu guteza imbere ugusenga kw’ukuri, tuba tugize ico duhaye Yehova, kandi ivyo biratuma tugira agahimbare kenshi.

Ku bijanye n’ivyo dutunze, ni igiki codufasha kutirengagiza kugira ico duhaye Yehova? Intumwa Paulo yabwiye Abakorinto “[gushira] ikintu ku ruhande” kugira ngo kibe intererano. (1 Kor. 16:2) Wokora iki nimba wipfuza kumenya amakuru yiyongereye ku bijanye n’uburyo bwo gutanga intererano bukoreshwa aho iwanyu? Turagusavye urabe uruzitiro ruri aha hepfo.

Gutanga intererano biciye kuri internet ntibishoboka mu bihugu bimwebimwe. Ariko rero, ubundi buryo bwo gutanga intererano urabusanga ku rubuga rwacu. Mu bihugu bimwebimwe, ico gice kirimwo n’inyishu z’ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’intererano.

Uburyo bworoshe bwo gutanga intererano biciye kuri internet

BUROROSHE GUSHIKIRA

  • Kuri internet

    Andika kuri internet uti: donate.jw.org

  • JW Library

    Kuri JW Library® mu ntango, fyonda ahavuga ngo “Dons”

BUROROSHE GUKORESHA

Nutange intererano rimwe, canke wishingire ingene uzoza uraterera:

  • Igikorwa kirangurirwa kw’isi yose

  • Ishengero urimwo

  • Ihwaniro ry’akarere

  • Iteraniro ry’umuzunguruko

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika